- Life Center
- PRÉDICATION
- Hits: 601
THEME: Offrons-nous à Dieu par amour
- Life Center
- PRÉDICATION
- Hits: 601
Versets à jour: Rom 7: 4; 2 Cor 5: 14-15,
1 Sam 19: 1-4, 2 Sam 1: 19-27, Actes 3:1-8
Dans l'épître aux Romains,Paul nous montre qu'en Christ nous sommes morts au péché et au monde et que nous sommes ressuscités pour appartenir à Dieu. Par la mort de Christ sur la croix,nous sommes morts à notre ancienne vie et sommes vivants à la vie de lumière du Royaume de Dieu. Etant vivants en Christ,Dieu s'attend à ce que nous portions du fruit. Notre union avec Christ doit porter des fruits visibles et palpables,preuves que nous marchons en nouveauté de vie.
Comme Jésus a pris sa croix pour nous libérer de la mort et du péché,prenons à notre tour notre croix et crucifions-y toutes ces choses en nous qui n'honorent pas Dieu.
Aujourd'hui,demandons à Dieu d' augmenter la mesure de l'amour que nous avons pour Lui de façon que notre Créateur devienne une passion irrésistible.
Dans les passages de 1 Samuel,nous voyons à quel point Jonathan,fils du roi Saül,aimait David. Ce dernier était concurrent direct du trône et de l'héritage de Jonathan de par sa notoriété populaire. Cependant, Jonathan aimait David d'un amour sincère et dévoué,amour qui l'incitait à mettre ses ambitions de côté et à veiller à ce que son ami bien-aimé ne manque de rien.
C'est un exemple parfait de l'amour que Dieu attend de nous,un amour sans partage, un amour dévoué,un amour prêt à tout sacrifier.
Que sommes-nous entrain de sacrifier par amour pour Dieu?
Puissions-nous l'aimer sans retenue,conformément à la déclaration de foi que nous avons faite le jour de notre salut; Il est et demeurera notre Seigneur et Sauveur, notre vie lui est consacrée sans mesure. Puissions-nous aussi n'avoir aucune honte à partager avec les autres la bonté que nous avons trouvé en Dieu.
Soyez bénis.
UMWIGISHA : PASTEUR MARIKO KAGISYE
INYIGISHO : "KUKO NKUNDA, NDITANGA"
IMIRONGO Y'UMUSI : ABAROMA7:4 ; 2 AB'I KORINTO 5:14-15 ; 1 SAMWELI 19:1-4 ; 2 SAMWELI 1: 19-27 ; IVYAKOZWE N'INTUMWA 3:1-8
Mu cete yandikiye ABAROMA, Paulo atwerekako kuba muri Kristo vyaduhinduye abapfuye ku caha no ku vy'isi, tuzuranwa na we, turamwegukira. Kubw'urupfu rwa Kristo rwo ku musaraba, twapfuye ku buzima bwacu bwa kera maze tuba bazima kubw'umuco w'ubwami bw'Imana. Tumaze kuba bazima muri Kristo, Imana ica yitegako twama ivyamwa. Kwabirwa na Kristo bitegerezwa kuzana ivyamwa biboneka, vyerekana ko tugendera mu buzima bushasha.
Nk'uko Yesu yikoreye umusaraba wiwe kugira ngo adukize urupfu, natwe dukwiye kwikorera uwacu musaraba buri musi, maze tukawubambako ivyo vyose bidahesha icubahiro Imana yacu.
Uyu musi, dusabe Imana itwongerereze urugezo rw'urukundo tuyikunda ku buryo ducika abakunzi bayo.
Muri SAMWELI wa mbere naho, tubona ingene Yonatani, mwene Sauli yakunda Dawidi naho kuba rurangiranwa kwiwe kwabangamira ishika ku ngoma rya Yonatani. N'ubwo bir'uko, Yonatani yakunda Dawidi urukundo nyakuri, rwamutuma ashira ku ruhande inyungu ziwe kugira ngo abashe kwitwararika iz'umugenzi wiwe pfampfe.
N'akarorero keza k'urukundo Imana itwitezeko, urukundo rutagira urugero, ataco rufatiyeko kandi rutarondera inyungu.
Mbega n'igiki turiko turaheba kubw'urukundo dufitiye Imana ?
Ese twoshobora kuyikunda ataco twisigarije nk'uko twabisezeranye umusi twahitamwo kuyizera; kuko izokwama ar'umwami n'umukiza, ubuzima bwacu n'ubwayo bwose.
Ese kandi tutogira isoni zo kwamamariza abandi ivyiza tumaze kuronkera mu Mana.
MUHEZAGIRWE.