Versets du jour:
Mat 1: 18-24
Mat 2: 1-23
Luc 2: 8-41
Jean 1: 1-34
Apoc 1: 9-20
Jesus est venu alors que le monde était séparé de Dieu,Sa voix s'était faite rare. Suite au péché,le peuple de Dieu était perdu, loin de Dieu. Le manque de communion et d'intimité avec Dieu est une malédiction. La nuit où Jésus est né symbolise l'obscurité spirituelle dans laquelle se trouvait la création. C'est ainsi qu' Il est venu comme la lumière du monde et le réconciliateur de Dieu avec l'homme.
Christ est venu comme la solution à notre péché, à nos maladies,à notre solitude et à notre captivité.
Toi qui te sens seul,approche-toi de Dieu car Il est proche de toi.
Toi qui te voit l'obscurité autour de toi,sache qu' Il est lumière et qu'Il est venu éclairer le monde.
Joyeux Noël à tous ceux qui ont reçu cette lumière.
Vous êtes bénis!
INYIGISHO:UMUSI MUKURU WA NOWELI
Umwigisha: MARIKO KAGISYE
IMIRONGO Y'UMUSI:
MATAYO 1:18-24
MATAYO 2: 1-23
LUKA 2: 8-41
YOHANA 1:1-34
IVYAHISHURIWE YOHANA 1: 9-20
Yesu yavutse mu gihe isi yari yatandukanye n'Imana kuko ijwi ryayo ritari rikicumvikana muri yo. Abantu bari bagerereye kure y'Imana kubw'icaha cari mw'isi. Kubura kw'ikiganiro hagati y'Imana muremyi n'abantu wari nk'umuvumo. Ijoro Yesu yavutsemwo ryerekana umwiza wo mu buryo bw'impwemu isi yaririmwo.
Nico gituma Yesu yaje nk'umuco w'isi hamwe no kuba umuhuza w'Imana n'abantu.
Yesu yaje nk'inyishu ku bicumuro vyacu, ku ndwara zacu, kw'irungu ryacu no kuvyari bituboshe.
Kuri wewe wumvako uri wenyene, eger'Imana kuko nayo irakwegereye;
Kuri wewe ubona ukikujwe n'umwiza, menyako Yesu ar'umuco kandi yaje kumurikira isi.
Noweli nziza kuri mwese mwakiriye uwo muco.
MUHEZAGIRWE