- Life Center
- PRÉDICATION
- Hits: 677
Dernier dimanche de l'année 2021:gratitude pour l'année écoulée
- Life Center
- PRÉDICATION
- Hits: 677
Aujourd'hui marque le dernier dimanche de l'année 2021, et c'était une occasion de montrer sa gratitude pour cette année écoulée.
Le pasteur a pris le temps de remercier Dieu pour avoir préservé l'église tout au long de cette année et pour tous les cultes qui se sont déroulés en toute sécurité.
Il a aussi montré sa gratitude à Dieu pour toutes les personnes qui servent dans l'église, des personnes qui se donnent à fond pour le bon déroulement des programmes de l'église que ce soit par leurs temps, talents ou moyen financiers.
Et enfin, l'église a remercié Dieu pour chaque victoire qu'elle a connue au cours de cette année. Nous remercions infiniment Dieu qui ne cesse de nous montrer Sa grâce et Son amour, car si nous sommes encore debout, toute la gloire revient impérativement à Dieu.
Soyez bénis.
UMWIGISHA : PASTEUR MARIKO KAGISYE
Nk'uko war'umusi w'Imana wa nyuma w'umwaka, kabaye akaryo ku mwungere mukuru w'ishengero ko gushima ukuntu umwaka wose wagenze.
Yashimiye Imana kubona yarazigamye ishengero uno mwaka, amakoraniro yose akaba yarashoboye kugenda neza.
Yongeye arashimira Imana kubw'abantu bose bitanga mu bikorwa vy'ishengero mu myanya yabo; mu gukoresha ingabire zabo ndetse no mu buryo bw'amafaranga kugira ngo ibikorwa bigende neza mu rusengero.
Yasozereye ashima Imana ku ntsinzi zose urushengero rwashitseko mur'uyu mwaka.
Turashima Imana itahengesheshanije kutwereka ubuntu n'urukundo rwayo; icubahiro cose kibe icayo.
MUHEZAGIRWE.